-
IRAKIZA wrote on Janvier M’s wire:
Janvier , mwarakoze gushima . Jewe ubu mbarizwa mu gihugu c’Ubushinwa niyo Yesu yashimye ko mbandaniriza amashure , hanyuma nanje ndakeneye amasengesho yawe kuko ino muri Chine hari ibisigo biteye ubwoba , ariko Yesu ashimwe ko yanesheje . Niyo mwaterera amasengesho bizogira ikimazi gikomeye kandi Umwami wanje Yesu azobiguhembera muri ibihe [...]
12 months ago · View
-
IRAKIZA wrote on Janvier M’s wire:
Janvier wanje ndakuramukije cane . Urukundo n’amahoro , umunezero n’imigisha bikomoka k’Umwuka Wera w’ Uhoraho bibane nawe ibihe vyose . Uwo Mwuka Wera abe ariwe ukwigisha kwubaha no kwubahiriza Uwiteka Imana yacu.
Ndipfuza caaaaaaaaaaaaaaaaaane kuzokubona muri rya koraniro ritangaje rizohuza abera b’Imana , [...]12 months ago · View
-
IRAKIZA wrote on their own wire:
Janvier wacu we! Ivyo maze kubona ubu ngubu ntabwo ari bikeya . All the people apart from Israelites were to be living together with satan in gehenna ( gehinomu mu kirundi cyacu, place of extreme torment or suffering) , but now we ( people who believe in the precious Blood of Jesus [...]
12 months ago · View
-
IRAKIZA updated the “Basic Info” information on their profile 12 months ago · View